BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC News Gahuza Top Stories
-
Rwanda – Kigali: Abimuwe i Nyarutarama ahitwaga Bannyahe batsinze leta ariko barababaye
Nubwo batsinze, umwunyamategeko wabo avuga ko ku baburanyi bazabyifuza azajuririra umwanzuro w'urukiko wasomwe ku wa mbere nijoro.
-
Kenya Airways yahagaritse ingendo zerekeza i Kinshasa
Ibi bibaye nyuma yuko abakozi babiri b'iyi kompanyi ya Kenya yo gutwara abagenzi mu ndege bafunzwe n'ubutasi bwa gisirikare bwa DR Congo.
-
Burkina Faso: Ibindi binyamakuru mvamakungu vyakoze ku cegeranyo ca HRW ku bwicanyi bw’igisirikare vyugawe
Human Rights Watch yagiriza igisirikare ca Burkina Faso kwica abasivire 223 mu kwihora ku banyagihugu bagirizwa gufasha inyeshamba ziyititira idini rya Islam, ivyo reta yamirira kure.
-
Amerika 'yizeye' ko Hamas izokwemera umwumvikano mushasha w'agahengwe muri Gaza
Umushikiranganji wa Amerika ajejwe imigenderanire avuga ko integuro ya vuba ya Israel yo kugira imbohe zirekurwe ari ''igitangaza mu kurekura".
-
Kenya: Kubera imyuzure urugomero rwaturitse nibura 50 barapfa
Mbere Guverineri w'intara ya Nakuru yavuze ko abantu 42 ari bo babonetse bapfuye ariko abandi benshi bagishakishwa.
-
DR Congo: Sakwe sakwe nyuma y’uko ubushinjacyaha bushaka gukurikirana Cardinal wa Kinshasa
Cardinal Ambongo aheruka kuvuga ko "buri gihe ijambo ryacu, uruhande dufashe, bibangamira abateza akababaro rubanda".
-
Ayavugwa mw’igura n’igurishwa ry’abakinyi: Lewandowski yipfuza kuguma muri Barcelona nubwo aronderwa
Robert Lewandowski w’imyaka 35 arashaka kwigumira muri Barcelona mu ci riza, nubwo hari imirwi yo muri Arabia Sawudite imwipfuza, aya n'ayandi ni mu yavugwa kuri uno musi.
-
Mu gihe ikirindiriye uburyo bwemewe na Amerika, Ukraine imerewe nabi ku rwasiro - Umukuru w’igisirikare
Umukuru w’igisirikare ca Ukraine avuga ko ibintu bitera biba nabi kubera urutavanako rw’ibitero vy’Uburusiya, vyatumye ingabo za Ukraine zita ibirindiro bimwe bimwe.
-
Ireland irashaka gusubiza mu Bwongereza abasaba ubuhungiro
Minisitiri w'intebe wa Ireland yasabye minisitiri w'ubutabera kuzana itegeko ryo gutuma abasaba ubuhungiro basubizwa mu Bwongereza.
-
Uko kompanyi y'indege ikomeje kwibeshya ku mukecuru w'imyaka 101 ikamwita uruhinja
Ikibazo cy'amakuru yo mu ikoranabuhanga gituma abakozi bo mu ndege baba biteze kwakira uruhinja, aho kuba uyu mukecuru.
-
Videwo igaragaza Umunyamerika n'Umunya-Israel bashimuswe ari bazima muri Gaza
Keith Siegel na Omri Miran berekanywe muri videwo itagaragaza itariki, yasohowe n'ishami rya gisirikare rya Hamas.
-
Minisitiri Philp w'Ubwongereza yaba yitiranyije u Rwanda na RD Congo?
Uwo Minisitiri ushinzwe polisi yagaragaye nk'ubaza uwari umubajije mu kiganiro niba u Rwanda na DR Congo ari ibihugu bitandukanye.
Ibiganiro bya radiyo
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
-
Kwihaniza Apple kwa RD Congo ni 'intambwe ya mbere' itewe – umunyamategeko
Leta ya DR Congo ishinja kompanyi Apple gukoresha mu bicuruzwa byayo amabuye y'agaciro "yacukuwe mu buryo bunyuranyije n'amategeko".
-
Amafoto: Uburyo imvura irimo gukora ibara mu duce tw'akajagari i Nairobi
Abantu babarirwa mu bihumbi amagana bavuye mu byabo, iteganyagihe ryo riraburira ko imvura iteganyijwe ikiri nyinshi mu masaha nibura 72 ari imbere.
-
Ubushinwa buragabisha Amerika ko itohirahira ngo ikandagire ‘imirongo itukura’ yabwo
Umushikiranganji w’Ubushinwa ajejwe imigenderanire Wang Yi ashira ahabona ivyo yita imirongo itukura y’Ubushinwa ku busugire bwabwo, umutekano n’iterambere ryabwo, akagabisha Amerika ko itohirahira ngo iyikandagire.
-
Kinshasa yihanije Apple inayisaba ibisobanuro ku ‘mabuye y’amaraso’ ishinja kugura n’u Rwanda
Kinshasa ivuga ko Apple ikoresha amabuye y’agaciro azwi cyane nka 3T, “yaguzwe ahanini mu Rwanda, kandi urebye rudacukura ayo mabuye”.
-
Abimukira 'bazaba umutwaro ku musoro w'Abanyarwanda' – Frank Habineza
Mu Rwanda hari ababona abo bimukira nk’amahirwe n’amaboko aje mu gihugu, abandi nka Depite Frank Habineza, babona ko bazaba umutwaro ku gihugu.
-
Inama z'umuhanga zo kubuza ubwonko bwawe kumenyera ibintu bikubabaza
Kumenyera, akamenyero...ku kibi cyangwa icyiza si byiza kuri twe, umuhanga arakugira inama z'uko wabuza ubwonko bwawe kumenyera.
-
"Uyu mugabo ameze nka 'bakame' rwose" - Ibyo Abanyecongo barimo kuvuga ku ntsinzi ya Vital Kamerhe
Kamerhe ni umwe mu banyapolitike b’amayeri menshi, ubunararibonye, n’imbaraga mu mukino wa politike ya Congo.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Imikino
Podcasts
-
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
-
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
-
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
-
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
-
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango